1 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!” Yeremiya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Noshobora nte kukubabarira ico kintu? Abahungu bawe barantaye, kandi baguma barahira+ ikitari Imana+. Nagumye mbahaza+, mugabo babandanije kurenga ibigo+, kandi baja ku nzu y’umugore w’umumaraya bari mu migwi.
2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!”
7 Noshobora nte kukubabarira ico kintu? Abahungu bawe barantaye, kandi baguma barahira+ ikitari Imana+. Nagumye mbahaza+, mugabo babandanije kurenga ibigo+, kandi baja ku nzu y’umugore w’umumaraya bari mu migwi.