1 Abami 16:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ahabu mwene Omuri, aba umwami wa Isirayeli mu mwaka ugira mirongo itatu n’umunani wa Asa umwami wa Yuda; nuko Ahabu mwene Omuri abandanya kuganza Isirayeli i Samariya+ imyaka mirongo ibiri n’ibiri.
29 Ahabu mwene Omuri, aba umwami wa Isirayeli mu mwaka ugira mirongo itatu n’umunani wa Asa umwami wa Yuda; nuko Ahabu mwene Omuri abandanya kuganza Isirayeli i Samariya+ imyaka mirongo ibiri n’ibiri.