2 Ngoma 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ingo wewe ubwawe, ukore, ugire umutima rugabo ku bw’intambara+. Imana y’ukuri yohava igutsitaza imbere y’umwansi; kuko Imana ifise ububasha bwo gufasha+ no gutsitaza+.” Zaburi 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ameze neza kandi aragororotse+.Ni co gituma yigisha inzira abacumuzi+. Zaburi 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwizigire Yehova+; gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere+.Egome, niwizigire Yehova+.
8 Mugabo ingo wewe ubwawe, ukore, ugire umutima rugabo ku bw’intambara+. Imana y’ukuri yohava igutsitaza imbere y’umwansi; kuko Imana ifise ububasha bwo gufasha+ no gutsitaza+.”