ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko mu ntango z’umwaka+, igihe abami basanzwe basohoka ku rugamba+, Dawidi arungika Yowabu ari kumwe n’abasuku biwe na Isirayeli yose, kugira bahonye bene Amoni+ no kugira basugereze Raba+, mu gihe Dawidi yaba i Yeruzalemu.

  • 1 Ngoma 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko umwaka utanguye+, igihe abami basanzwe basohoka ku rugamba+, Yowabu ayobora inteko zo kurwana zo mu ngabo+ maze ageseza igihugu ca bene Amoni yongera aja gusugereza Raba+, mu gihe Dawidi yaba i Yeruzalemu; maze Yowabu asasika+ Raba, ayisenyurira hasi.

  • 2 Ngoma 36:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika