2 Abami 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo binjira guhereza ibimazi n’amashikanwa aturirwa, maze Yehu ashira hanze abagabo mirongo umunani biwe hanyuma avuga ati: “Umuntu acoroka mu bo ngira nshire mu maboko yanyu, uwo azoba acorokanye aca asubira mu kibanza ciwe+.” Ivyakozwe 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Herodi+ aramurondera ashirutse ubute, hanyuma amubuze, asambisha ba barinzi maze ategeka yuko bajanwa guhanwa+; nuko Herodi aramanuka ava i Yudaya aja i Sezariya, ahamara igihe. Ivyakozwe 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Wa murinzi w’ibohero, azanzamutse mw’itiro akabona imiryango y’ibohero yuguruye, asokora inkota yiwe agira ngo yiyice+, yiyumvira ko imbohe zatorotse+.
24 Amaherezo binjira guhereza ibimazi n’amashikanwa aturirwa, maze Yehu ashira hanze abagabo mirongo umunani biwe hanyuma avuga ati: “Umuntu acoroka mu bo ngira nshire mu maboko yanyu, uwo azoba acorokanye aca asubira mu kibanza ciwe+.”
19 Herodi+ aramurondera ashirutse ubute, hanyuma amubuze, asambisha ba barinzi maze ategeka yuko bajanwa guhanwa+; nuko Herodi aramanuka ava i Yudaya aja i Sezariya, ahamara igihe.
27 Wa murinzi w’ibohero, azanzamutse mw’itiro akabona imiryango y’ibohero yuguruye, asokora inkota yiwe agira ngo yiyice+, yiyumvira ko imbohe zatorotse+.