26 ‘“Ejo narabonye koko amaraso+ ya Naboti n’amaraso y’abahungu biwe+,” ni ko Yehova avuze, “kandi wewe nzobikwishurira koko+ muri iki gice c’itongo,” ni ko Yehova avuze.’ Ubu rero, numuterure umuterere muri ico gice c’itongo, nk’uko ijambo rya Yehova riri+.”