ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;

  • 2 Abami 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.

  • 2 Abami 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami maze barabakerera, abagabo mirongo irindwi+, hanyuma bashira imitwe yabo mu bisimbo baraheza barayimurungikira i Yezireyeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika