2 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’” 2 Ngoma 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 wewe wagumije ku bijanye n’umusavyi wawe Dawidi dawe ivyo wamusezeraniye+, ku buryo utanga umuhango n’akanwa kawe, ugashitsa n’ukuboko kwawe nk’uko biri uyu musi+.
16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”
15 wewe wagumije ku bijanye n’umusavyi wawe Dawidi dawe ivyo wamusezeraniye+, ku buryo utanga umuhango n’akanwa kawe, ugashitsa n’ukuboko kwawe nk’uko biri uyu musi+.