Itanguriro 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko igihugu cose uriko uraraba, nzogiha wewe n’uruvyaro* rwawe gushika igihe kitagira urugero+. Kuvayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’” Yosuwa 21:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Yehova aha rero Isirayeli igihugu cose yari yararahiye ko azoha ba sekuruza babo+; nuko baracigarurira+, bakibamwo.
8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’”
43 Yehova aha rero Isirayeli igihugu cose yari yararahiye ko azoha ba sekuruza babo+; nuko baracigarurira+, bakibamwo.