2 Ngoma 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Amajuru niyugarwa ku buryo hataboneka imvura+ kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+,
26 “Amajuru niyugarwa ku buryo hataboneka imvura+ kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+,