ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Aho baja hose, ukuboko kwa Yehova kwarabarwanya kukabateza ivyago+, nk’uko Yehova yari yaravuze kandi nk’uko Yehova yari yarabarahiye+; nuko bagera habi rwose+.

  • Yesaya 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Abantu ntibagarutse ku wabakubita+, kandi ntibarondeye Yehova nyen’ingabo+.

  • Ezekiyeli 18:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Nzobacira rero urubanza, umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, ewe nzu ya Isirayeli,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Nimuhindukire, ni ukuri nimurabe ukuntu muhindukira muve mu bigabitanyo vyanyu vyose+, ntihagire ikibabera igitsitaza candurutsa ikosa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika