2 Ngoma 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 hanyuma avuga+ ati: “Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu+, mbega nturi Imana mu majuru+, kandi ntuganza ubwami bwose bw’amahanga+, kandi mu kuboko kwawe ntihari ububasha n’ubushobozi, akaba ata n’umwe yoguhagarara imbere+?
6 hanyuma avuga+ ati: “Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu+, mbega nturi Imana mu majuru+, kandi ntuganza ubwami bwose bw’amahanga+, kandi mu kuboko kwawe ntihari ububasha n’ubushobozi, akaba ata n’umwe yoguhagarara imbere+?