Zaburi 103:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova ubwiwe yashimangiye intebe yiwe y’ubwami mu majuru+;Kandi ingoma yiwe yaganje vyose+. Matayo 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi uwurahiye ijuru aba arahiye intebe y’ubwami y’Imana+ n’uwicara kuri yo.