ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.

  • Yosuwa 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Musa umusavyi wanje yapfuye+; ubu rero haguruka, ujabuke uru ruzi Yorodani, wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira ndabahe, egome, ico ngira mpe bene Isirayeli+.

  • 2 Ngoma 6:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 kugira ngo bagutinye+ mu kugendera mu nzira zawe imisi yose bazoba ari bazima ku buringanire bw’ubutaka wahaye ba sogokuruza bacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika