1 Abami 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa. 2 Ngoma 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+. 2 Ngoma 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aba ni bo bari abakuru b’ivyariho+ begukira Umwami Salomo: abantu amajana abiri na mirongo itanu, bakaba bari abahagarikizi b’abantu+.
16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa.
18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.
10 Aba ni bo bari abakuru b’ivyariho+ begukira Umwami Salomo: abantu amajana abiri na mirongo itanu, bakaba bari abahagarikizi b’abantu+.