1 Samweli 14:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Intambara yo kurwanya Abafilisitiya ibandanya kuba iyikomeye mu misi yose ya Sauli+. Igihe Sauli yaba abonye umugabo wese w’umunyenkomezi canke umuntu wese w’intwari, yaramwiyegereza+.
52 Intambara yo kurwanya Abafilisitiya ibandanya kuba iyikomeye mu misi yose ya Sauli+. Igihe Sauli yaba abonye umugabo wese w’umunyenkomezi canke umuntu wese w’intwari, yaramwiyegereza+.