ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:63
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.

  • 1 Abami 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”

  • Hoseya 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze Yehova amubwira ati: “Mwite Yezireyeli+, kuko hasigaye igihe gito nkagira ico mbaza koko inzu ya Yehu+ kubera ibikorwa vy’ugusesa amaraso vya Yezireyeli, kandi nzozimanganya ingoma y’inzu ya Isirayeli+.

  • Amosi 5:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”

  • Mika 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Emwe, Samariya nzoyigira ikirundo c’ibihomvagurike co mu gahinga+, ahantu ho gutera imizabibu; amabuye yiwe nzoyasanzariza mu mubande, imishinge yiwe na yo ndayishire ahabona+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika