2 Abami 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+. 2 Ngoma 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe. 2 Ngoma 31:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi mu murimo wose yatanguye gukora ku bijanye n’igikorwa+ co ku nzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’itegeko+ be no ku bijanye n’ibwirizwa kugira arondere+ Imana yiwe, yakoranye umutima wiwe wose+, kandi araroranirwa+. Zaburi 119:128 Bibiliya y’isi nshasha 128 Ni co gituma nabonye ko amateka yose yerekeye ibintu vyose agororotse+;Nanse umunyuro w’ikinyoma wose+.
3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe.
21 Kandi mu murimo wose yatanguye gukora ku bijanye n’igikorwa+ co ku nzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’itegeko+ be no ku bijanye n’ibwirizwa kugira arondere+ Imana yiwe, yakoranye umutima wiwe wose+, kandi araroranirwa+.
128 Ni co gituma nabonye ko amateka yose yerekeye ibintu vyose agororotse+;Nanse umunyuro w’ikinyoma wose+.