1 Abami 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi niwagendera mu nzira zanje mu kugumya ingingo nyobozi zanje+ n’amabwirizwa yanje, nk’uko nyene Dawidi so wawe yagenze+, nzoguha no kuramba*+.” 1 Abami 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kuko Dawidi yakoze ivyari bigororotse mu maso ya Yehova, ntakevye ngo ave ku kintu na kimwe yari yaramutegetse imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kiretse mu vya Uriya Umuheti+. 2 Ngoma 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Dawidi sekuruza yari yarakoze vyose+.
14 Kandi niwagendera mu nzira zanje mu kugumya ingingo nyobozi zanje+ n’amabwirizwa yanje, nk’uko nyene Dawidi so wawe yagenze+, nzoguha no kuramba*+.”
5 kuko Dawidi yakoze ivyari bigororotse mu maso ya Yehova, ntakevye ngo ave ku kintu na kimwe yari yaramutegetse imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kiretse mu vya Uriya Umuheti+.
2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Dawidi sekuruza yari yarakoze vyose+.