2 Abami 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ehe! Wewe ubwawe warumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose mu kubitikiza+; none wewe uzorokorwa+? Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.” Hoseya 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko baduze i Ashuri+, nk’imparage yigungiye ukwayo+. Nayo Efurayimu, yatanze impera ngo ironke abakunzi+. Amosi 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Igisagara cahora gisohokana igihumbi kizosigarana ijana; icahora gisohokana ijana na co kizosigarana cumi, bibe ku nzu ya Isirayeli+.’
11 Ehe! Wewe ubwawe warumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose mu kubitikiza+; none wewe uzorokorwa+?
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”
9 Kuko baduze i Ashuri+, nk’imparage yigungiye ukwayo+. Nayo Efurayimu, yatanze impera ngo ironke abakunzi+.
3 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Igisagara cahora gisohokana igihumbi kizosigarana ijana; icahora gisohokana ijana na co kizosigarana cumi, bibe ku nzu ya Isirayeli+.’