Yesaya 36:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Raba! Wizigiye gushigikirwa n’iryo renga rijanjaguwe+, ari ryo Misiri+, iryo umuntu aramutse aryishimikije, ryokwinjira koko mu kiganza ciwe, rikagitobekeranya. Ukwo ni ko Farawo+ umwami wa Misiri ameze ku bamwizigira bose+. Ezekiyeli 29:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+.
6 Raba! Wizigiye gushigikirwa n’iryo renga rijanjaguwe+, ari ryo Misiri+, iryo umuntu aramutse aryishimikije, ryokwinjira koko mu kiganza ciwe, rikagitobekeranya. Ukwo ni ko Farawo+ umwami wa Misiri ameze ku bamwizigira bose+.
6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+.