ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, turakwinginze udukize+ mu kuboko kwiwe, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”

  • 2 Ngoma 32:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None rero, Hezekiya ntabahende+ canke ngo abahendahende+ gutyo, kandi ntimumwizigire, kuko ata mana y’ihanga na rimwe canke y’ubwami na bumwe yashoboye kurokora abantu bayo mu kuboko kwanje no mu kuboko kwa ba sogokuruza banje. Imana yanyu yoyo ntizogeza kubarokora mu kuboko kwanje+!’”

  • Yobu 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko aramvurira ukuboko kwiwe kurwanya Imana ubwayo;

      Kandi arondera kwerekana ko aruta Mushoboravyose+;

  • Zaburi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Abami b’isi barahagaze+

      Kandi abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe nk’umuntu umwe+

      Ngo barwanye Yehova+ n’uwo yarobanuje amavuta*+,

  • Yesaya 36:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mu mana zose z’ibi bihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”

  • Yesaya 37:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?

      Ni nde wadugirije ijwi+

      Ukararamurira amaso hejuru+?

      Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika