Zaburi 38:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo jewe, nka kurya kw’igipfamatwi, sinavyumviriza+;Kandi nka kurya kw’ikiragi, sinakurako umunwa+. Zaburi 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.” Umusiguzi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 igihe co gutabura+ n’igihe co gushona+; igihe co kunuma+ n’igihe co kuvuga+;
13 Nayo jewe, nka kurya kw’igipfamatwi, sinavyumviriza+;Kandi nka kurya kw’ikiragi, sinakurako umunwa+.
39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”