26 Mbega ntiwumvise+? Kuva mu bihe vya kera cane, ivyo ni vyo nzokora+.
Kuva mu misi ya kera na rindi naravyiyumviriye+. Ubu rero ngira ndabishitse+.
Wewe uzokoreshwa mu gutuma ibisagara bikingijwe ibihome bicika umusaka nk’ibirundo vy’ibihomvagurike+.