Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. Zaburi 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+. Yesaya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+.
11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.