2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Yeremiya 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”