Yesaya 37:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ndazi neza ukwicara utekanye kwawe n’ugusohoka kwawe+ n’ukwinjira kwawe+,N’ukunshavurira kwawe+,