ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ukugwira kw’ubutware bwa kiganwa+ be n’amahoro ntibizogira iherezo+, ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ no ku bwami bwiwe, kugira ngo bushimangirwe+ no kugira ngo bushigikizwe ubutungane+ n’ubugororotsi+, kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero*. Umwete nyene wa Yehova nyen’ingabo uzobikora+.

  • Yesaya 59:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko yambara ubugororotsi nk’ikoti y’ivyuma+, n’inkofero y’ubukiriro ku mutwe wiwe+. Vyongeye, yambara nk’ivyambarwa impuzu z’ukwihora+, yitwikira umwete nk’umwitero utagira amaboko+.

  • Ezekiyeli 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ishavu ryanje ntirizobura kurangira+, mpoyahoyere ubushangashirwe bwanje kuri bo+, nihoze+; kandi bazobwirizwa kumenya ko ari jewe Yehova navuze, kubera yuko nsaba nshimitse ko niheberwa jenyene gusa+, ninabarangirizako ubushangashirwe bwanje.

  • Zakariya 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 nya mumarayika yariko avugana nanje yongera kumbwira ati: “Semerera uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Nagiriye Yeruzalemu na Siyoni ishari ryinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika