Yesaya 37:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Senakeribu+ umwami wa Ashuri afata inzira aragenda, asubira inyuma+, maze aba i Ninewe+.