1 Samweli 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu wo mu gihugu ca Benyamini+; uze umurobanuze amavuta+ abe indongozi y’abantu banje Isirayeli. Ntazobura gukiza abantu banje abakure mu kuboko kw’Abafilisitiya+, kuko nabonye amarushwa y’abantu banje, kubera ko amaborogo yabo yanshikiriye+.” 1 Samweli 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+? 2 Samweli 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ejo be n’imbere yaho+, igihe Sauli yari umwami atuganza, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+. Maze Yehova akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ ya Isirayeli.’”
16 “Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu wo mu gihugu ca Benyamini+; uze umurobanuze amavuta+ abe indongozi y’abantu banje Isirayeli. Ntazobura gukiza abantu banje abakure mu kuboko kw’Abafilisitiya+, kuko nabonye amarushwa y’abantu banje, kubera ko amaborogo yabo yanshikiriye+.”
10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+?
2 Ejo be n’imbere yaho+, igihe Sauli yari umwami atuganza, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+. Maze Yehova akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ ya Isirayeli.’”