Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+, Zaburi 116:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,Egome, imbere y’abantu biwe bose. Zaburi 121:1 Bibiliya y’isi nshasha 121 Nzoraramurira amaso yanje ku misozi+.Ugutabarwa kwanje kuzova hehe+?