Yosuwa 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yosuwa avugana na Yehova ku musi Yehova yagabura Abamori kuri bene Isirayeli, avugira mu maso ya Isirayeli ati:“Zuba+, hagarara hejuru ya Gibeyoni+,Nawe kwezi, hagarara hejuru y’ikiyaya co hasi ca Ayaloni+.” 2 Ngoma 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Imana y’ukuri iramureka+ kugira imugeze+, biciye ku bavugizi b’abaganwa ba Babiloni+ batumwe kuri we+ gusiguza ivy’ikimenyetso+ cari cabaye mu gihugu, kugira ngo imenye ivyari mu mutima wiwe vyose+. Yesaya 38:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ehe ngira ntume igitutu cari camanutse ku ntambuko z’ingazi za Ahazi kubera izuba+ gisubira inyuma intambuko cumi z’ingazi+.”’” Maze izuba risubira inyuma buhorobuhoro intambuko cumi z’ingazi ku ntambuko z’ingazi ryari ryamanutse+.
12 Maze Yosuwa avugana na Yehova ku musi Yehova yagabura Abamori kuri bene Isirayeli, avugira mu maso ya Isirayeli ati:“Zuba+, hagarara hejuru ya Gibeyoni+,Nawe kwezi, hagarara hejuru y’ikiyaya co hasi ca Ayaloni+.”
31 Nuko Imana y’ukuri iramureka+ kugira imugeze+, biciye ku bavugizi b’abaganwa ba Babiloni+ batumwe kuri we+ gusiguza ivy’ikimenyetso+ cari cabaye mu gihugu, kugira ngo imenye ivyari mu mutima wiwe vyose+.
8 Ehe ngira ntume igitutu cari camanutse ku ntambuko z’ingazi za Ahazi kubera izuba+ gisubira inyuma intambuko cumi z’ingazi+.”’” Maze izuba risubira inyuma buhorobuhoro intambuko cumi z’ingazi ku ntambuko z’ingazi ryari ryamanutse+.