1 Ngoma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 uwa Yotamu akaba Ahazi+, uwa Ahazi akaba Hezekiya+, uwa Hezekiya akaba Manase+, 2 Ngoma 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu+. Umusiguzi 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bizokugendera gute, ga wa gihugu we+, igihe umwami wawe ari agahungu, abaganwa bawe na bo bakaguma birira mbere no mu gitondo? Matayo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hezekiya avyara Manase+;Manase+ avyara Amoni+;Amoni+ avyara Yosiya;
33 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu+.
16 Bizokugendera gute, ga wa gihugu we+, igihe umwami wawe ari agahungu, abaganwa bawe na bo bakaguma birira mbere no mu gitondo?