-
Ezekiyeli 8:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Nuko anzana mu kigo c’indani c’inzu ya Yehova+, maze ngize ntya, ku bwinjiriro bw’urusengero rwa Yehova, hagati y’ibaraza n’igicaniro+, mbona hari abagabo nka mirongo ibiri na batanu+ bahaye imigongo urusengero rwa Yehova+, mu maso habo haraba mu buseruko, bakaba bari bunamye baraba mu buseruko, bunamiye izuba+.
-