6 Vyongeye, asohora ca gikingi ceranda+ mu nzu ya Yehova, akijana ku mubari wa Yeruzalemu, ku mwonga Kidironi, maze agituririra+ mu mwonga Kidironi hanyuma aragisya gicika umukungugu araheza aterera umukungugu waco kw’itongo ryo guhambamwo+ ry’abantu nyarucari.