1 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+. 2 Abami 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’” 2 Ngoma 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.
29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+.
27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’”
16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.