ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nzogenera ikibanza abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka+ ntibazokwongera kubaruhisha, nk’uko babigize mu ntango+,

  • 2 Ngoma 33:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi sinzokwongera gukura ikirenge ca Isirayeli ku butaka nahaye+ ba sekuruza babo+, bakire gusa kwitwararika gukora ivyo nabategetse vyose+ ku vyerekeye itegeko ryose+ n’ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+ vyatanzwe biciye ku kuboko kwa Musa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika