ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Manase+ aguma yosha Yuda+ n’ababa i Yeruzalemu ngo bakore nabi kurusha+ amahanga Yehova yari yarazimanganije imbere ya bene Isirayeli+.

  • Imigani 16:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Umuntu w’ubukazi aryosharyosha mugenziwe+, kandi ntabura kumutera kuja mu nzira itari nziza+.

  • Ezekiyeli 16:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika