7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+.