ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova aguma abwira Manase n’abantu biwe, mugabo ntibumviriza+.

  • 2 Ngoma 36:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova Imana ya ba sekuruza babo aguma abarungikira imburi biciye ku ntumwa ziwe+, akazirungika incuro n’izindi, kuko yumvira impuhwe abantu biwe+ n’aho aba+.

  • Yeremiya 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 kuva umusi ba sogokuruza banyu bava mu gihugu ca Misiri gushika n’uyu musi+; nagumye ntuma kuri mwebwe abasavyi banje bose, abahanuzi, nkavyuka kare ku musi ku musi maze nkabatuma+.

  • Matayo 23:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 “Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi+ ugatera amabuye+ abagutumweko+,—ni kangahe nashatse gukoraniriza hamwe abana bawe, nka kurya inkokokazi ikoraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo+! Ariko ntimwabishatse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika