Itanguriro 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mw’iyaruka rigira kane bazogaruka ng’aha+, kuko ikosa ry’Abamori ritaruzura+.” Abalewi 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni co gituma igihugu gihumanye, kandi nzogihanira ikosa ryaco, kandi kizodahwa abakibamwo+. Ezekiyeli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: “Amamuko yawe n’amavuka yawe ni mu gihugu c’Umunyakanani+. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.
3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: “Amamuko yawe n’amavuka yawe ni mu gihugu c’Umunyakanani+. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.