ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Hanyuma ntora igicumuro canyu mwari mwakoze, ya nyana+, ndayiturira mu muriro, ndayijanjagura, ndayisya ndayinoza gushika inoze nk’umukungugu. Inyuma y’ivyo nterera umukungugu wayo mu ruzi rw’isumo rwamanuka ruva mu musozi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kuko nzi neza yuko ninamara gupfa mutazobura kwikwegera guhona+, kandi ntimuzobura gukevya mukava mu nzira nabategetse; kandi ivyago+ ntibizogenda bitabashikiye ku mpera y’imisi, kuko muzokora ibibi mu maso ya Yehova kugira mumubabarishe ibikorwa vy’amaboko yanyu+.”

  • Abacamanza 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Gutyo baheba Yehova, batangura gukorera Bayali n’ibishusho vya Ashitoreti+.

  • Zaburi 106:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Baguma bakorera ibigirwamana vyabo+,

      Bino biraheza bibabera umutego+.

  • Ezekiyeli 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Mbega urabacira urubanza? Urabacira urubanza ga mwana w’umuntu+? Bamenyeshe ibintu biteye ishishi vya ba sekuruza babo+.

  • Ivyakozwe 7:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 mwebwe abaronse Itegeko nk’uko ryashikirijwe n’abamarayika+ mugabo mukaba mutarigumije.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika