Abalewi 26:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi ata gukeka nzozimanganya ibibanza vyeranda vyanyu+ bikirurutse, nkureho ibishirwako imibavu vyanyu, ndambikange imivyimba yanyu ku mivyimba y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+; kandi umutima wanje uzobazinukwa koko+. Gusubira mu vyagezwe 29:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi mwahora mubona ibintu vyabo bisesemye n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda bari bafise+, vy’ibiti n’amabuye, vy’ifeza n’inzahabu;) 2 Abami 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi babandanya gukorera ibigirwamana vy’umwanda+, ivyo Yehova yari yarababwiye ku bivyerekeye ati: “Ntimuze mukore ico kintu+”; Yeremiya 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni ubusa, ni igikorwa c’agatwengo+. Ivyavyo nivyarabwa bizoyogera+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
30 Kandi ata gukeka nzozimanganya ibibanza vyeranda vyanyu+ bikirurutse, nkureho ibishirwako imibavu vyanyu, ndambikange imivyimba yanyu ku mivyimba y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+; kandi umutima wanje uzobazinukwa koko+.
17 Kandi mwahora mubona ibintu vyabo bisesemye n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda bari bafise+, vy’ibiti n’amabuye, vy’ifeza n’inzahabu;)
12 Kandi babandanya gukorera ibigirwamana vy’umwanda+, ivyo Yehova yari yarababwiye ku bivyerekeye ati: “Ntimuze mukore ico kintu+”;
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.