Imigani 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+.
2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+.