2 Abami 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Amaherezo Manase aryama hamwe na ba sekuruza biwe+ hanyuma ahambwa mu murima w’inzu yiwe, mu murima wa Uza+; nuko Amoni umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
18 Amaherezo Manase aryama hamwe na ba sekuruza biwe+ hanyuma ahambwa mu murima w’inzu yiwe, mu murima wa Uza+; nuko Amoni umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.