4 Nuko Yehowasi abwira abaherezi+ ati: “Amahera yose azanwa ku nzu ya Yehova+ ku bw’amashikanwa meranda+, amahera umwe wese atangishwa+, amahera atangirwa abantu hisunzwe agaciro k’umwumwe wese+, amahera yose umwumwe wese avyurirwa n’umutima wiwe kuzana ku nzu ya Yehova+,