12 Umwami na Yehoyada baca bayaha abakora+ umurimo w’igikorwa c’inzu ya Yehova+, bano na bo bagahera abaringaniza amabuye+ n’abahinguzi b’utugenegene+ kugira ngo basanure inzu ya Yehova+, bagahera n’abakora mu vy’ivyuma n’umujumpu ngo basanasane inzu ya Yehova+.