2 Ngoma 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe. Yeremiya 41:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.
8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe.
2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.