ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Musa yandika iri tegeko+, ariha abaherezi bene Lewi+, abareruzi b’isandugu y’isezerano rya Yehova+, ariha n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli.

  • 2 Ngoma 34:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze Shafani azanira ico gitabu umwami, yongera abwira umwami ati: “Ivyashizwe mu kuboko kw’abasuku bawe vyose bariko barabikora.

  • Nehemiya 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuri uwo musi, basomera+ abantu mu gitabu+ ca Musa; nuko basanga handitswemwo yuko Umwamoni+ n’Umunyamowabu+ badakwiye kwinjira mw’ishengero ry’Imana y’ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika