2 Abami 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze. Yeremiya 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.
22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze.
24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.